CHUK
Boulevard de Mwewi Gisabo, BP 2210 Bujumbura Burundi
CENTRE HOSPITALO-UNIVERSITAIRE DE KAMENGE ROI KHALED

Actualités

INFIRMIERS(ERES)
13/05/2025 10:52

Mardi le 12.05.2025, journée internationale des infirmiers(ères) sous le thème : "Nos infirmiers(ères), notre avenir. Prendre soin des infirmiers(ères) renforce les économies". Les infirmiers(ères) du CHUK ont donné des vivres aux malades les plus nécessiteux du centre. Autour d'un verre, ils ont eu le temps de partager leur joie et de s'évaluer. Le directeur du centre a fait un bilan relevant les points faibles pour les encourager à faire redoubler d'effort et les forts pour les féliciter.

+3
URUGENDO
06/05/2025 09:39

Igenekerezo rya gatanu Rusama 2025, ibitaro bikuru vyitiriwe umwami Khaled vyo mu Kamenge (Chu Kamenge) vyarakiriye umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cacu c'Uburundi (Burundi1stlady) mu rugendo rwo kwibarutsa abavyeyi batatu bibarukiye kur'ivyo bitaro. Imbanyi zabo zabonetse biciye mu buhinga bita Fécondation in vitro mu rurimi rw'igifaransa. Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu cacu c'Uburundi (Burundi1stlady) yarashikirije agakemenyi k'ibirezo abavyeyi b'ivyo bibondo.

+6
UMUKOZI
02/05/2025 10:30

Ibitaro vyitiriwe umwami Khaled vyo mu Kamenge (Chu Kamenge) vyarifatanije n'igihugu cose c'UBURUNDI mu guhimbaza umunsi mukuru wahariwe umukozi n'akazi wahimbajwe k'isi yose. Inyuma y'ibirori bikuru vyabereye ku kibuga citiriwe INTWARI, abakozi b'ivyo bitaro barahuriye hamwe barasangira agakemanyi baje bibangikanije mu munezero ntangere. Ubuyobozi bw'ivyo bitaro bwarashimiye umukozi umwe yashoboye gushira ahabona abakozi bivye ivyo bitaro amafaranga yababa 53 000 000.

+3
AUDIT
21/04/2025 09:59

Vendredi le 18.04.2025, clôture d'une mission d'Audit de gestion du Chu Kamenge par la court des comptes. Cette mission s'est déroulée durant une période de 24jours (du 25 Mars au 17 Avril 2025).

+0
AmaziWater
11/04/2025 12:21

Umugwi w'abaserukira ishirahamwe AmaziWater wagendeye ibitaro vyitiriwe umwami Khaled (Chu Kamenge) mu ntumbero yo kwirabira akarusho kamaze kuboneka kuva aho iryo shirahamwe rironkeje ibitaro amazi meza ava mu kuzimu (Fontaine). Bayobowe n'uwurongoye ivyo bitaro, baciye mu bisata bikoresha amazi menshi gusumba ibindi muri ivyo bitaro : (Aho bamesera(Bouanderie), aho bategurira ibikoresha abaganga bakoresha mu kuvura(Sterilisation), ahari ubwogero(Piscine) bufasha abavurwa ubumuga ). 

+4
AmaziWater
11/04/2025 12:11

Umugwi w'abaserukira ishirahamwe AmaziWater wagendeye ibitaro vyitiriwe umwami Khaled (Chu Kamenge) mu ntumbero yo kwirabira akarusho kamaze kuboneka kuva aho iryo shirahamwe rironkeje ibitaro amazi meza ava mu kuzimu (Fontaine). Bayobowe n'uwurongoye ivyo bitaro, baciye mu bisata bikoresha amazi menshi gusumba ibindi muri ivyo bitaro : (Aho bamesera(Bouanderie), aho bategurira ibikoresha abaganga bakoresha mu kuvura(Sterilisation), ahari ubwogero(Piscine) bufasha abavurwa ubumuga ). 

GRILLE D'EVALUATION
02/04/2025 14:15

Réunion de la Direction du Chu Kamenge avec les chefs (de département; de poste et de services administratifs et techniques). Elle portait sur la restitution de la grille d'évaluation des prestations dans les Hôpitaux Nationaux .

+0
SIS
27/03/2025 12:08

Une réunion de la direction du Chu Kamenge avec les chefs de département, les chefs de poste, les chefs de poste adjoints, les chefs de service administratif et technique. Elle portait sur l'analyse des données du System d’Information  Sanitaire (SIS) pour le premier semestre 2024-2025.

+0
PHOTOVOLTAIC ENERGY CENTER
26/03/2025 12:38

A delegation of Marubeni company was at CHU Kamenge to check on the photovoltaic energie center built in 2012 and find out the supply of material that is needed in replacement of the damaged ones for the continuation of a good maintenance of the system.

+0
Journée Internationale des Droits de la Femme
10/03/2025 11:04

Sous le thème de cette année: "Femme pilier du développement, soutenons-la pour l'atteinte de la vision 2040,2060", une délégation du CHU Kamenge  s'est jointe aux autres à Bubanza  dans la célébration de la Journée Internationale des Droits de la Femme Samedi le 8 Mars 2025.

+4

© CHUK powered by Invest and Pay Technologies